Looking For Fany Videos

Wednesday, September 3, 2014

Justin Bieber- Ingeso iraraba ntihwera

Ingeso iraraba ntihwera, umuririmvyi justin arikumwe n'umukunzi wiwe bafashwe n'igipolisi bagirizwa gutwraa cane imoto.

BIEBERIngeso iraraba ntihwerakuko justin Bieber yasubiye kandi gufatwa n'abajejwe umutekano yagirizwa gutwara imoto cane aho akaba yarikumwe n'umukunzi wiwe ngo ivyo bikaba vyabereye mu gihugu ca Canada aho hari ku musi wa kabiri aho uwo musore yafatwa n'izo nzego. Ivyo bikaba bitabaye ubwa mbere.

umushingwamaza wiweakaba yamenyesheje ko ivyo bamuhaye ari amafoto yafotowe ku muri weekiheze aho yarikumwe n'umukunzi wiwe muri karuhuko.

ivyo bikaba bibaye inyuma yaho agongeye imodoka y'abandi muri Los angeles mu gusubira nyuma iyiwe, akaba kandi yaheruka kwitaba ubutungane aho yaragiye nyene kwisigura ku bijanye n'ugutwara cane, ivyo bikaba vyabayeigenekerezo rya 29 Myandagaro.

No comments:

Post a Comment