Looking For Fany Videos

Saturday, September 6, 2014

Akanenge ku bagore - Ibituma umugabo adaheza iyi ari gukora imibonano Mpuzabitsina

http://inyarwanda.com/gukunda/IMG/arton1467.jpg
Kubisanzwe imibonana mpuzabitsina itegerzwa gukorwa n’abantu babiri bavyumvikanye kandi bakabikora bose bumva babishaka kandi bahuza hagati yabo.
Bimwe rero mu bituma umugabo ataheza iyo ariko akorta imibonano Mpuzabitsina ngo biterwa n’ ubushyuhe umugore afite mu gitsina, ibi bikaba vyemezwa n’ abagabo benshi ngo kuko iyo umugore ata bushuhe afite mu gitsina bituma umugabo ashobora kutarangiza ndetse bikaza kurangira igitsina ciwe kiguye adasohoye.

Umugabo wawe ashobora kutarangiza bitewe n’uko wamufashe mu gihe co gukora imibonano
Ikindi gishobora gutera umugabo kudasohora ni uburyo umugore yamuhayemwo ibintu (poster), ibi bikaba bishobora kunaniza igitsina c’umugabo ndetse kikaza kugwa adasohoye.
Ica gatatu gishobora gutuma umugabo atarangiza ni ubuhehere buke bwo mu gitsina c’umugore, iyo umugore adafite ububobere mu gitsina bishobora kuba intambamyi k’umugabo yo kutarangiza ndetse akanagira uburyaryate ku gitsina.
Abagore rero bategerezwa gukora uburyo bwose bushoboka kugira ngo bashimishe abagabo babo kandi bakuzuza inshingano zabo mu kuvyerekeranye no gukora imibonano Mpuzabitsina.

No comments:

Post a Comment