Looking For Fany Videos

Monday, September 1, 2014

akanenge - Rihana yasubiriye kwerekana ubwambure

Rihanna abicishije kuri Account Twitter Yiwe yasubiriye gutanga aa foto yiwe ari Sexy, ivyo bikaba bibaye inyuma yaho amaze igihe avuga ibijanye n'umupira w'amaguru w'isi yose mu gihe wariko uraba.
Uwo mwigeme akaba n'umuririmvyikazi w'umunyamerika tubitse ko yigeze gushira ku mugaragaro amashusho ari gusa aho amenyeshanisha ishirahamwe rimwe mu yarmuhamaye ngo akore Publicite

No comments:

Post a Comment