Looking For Fany Videos

Friday, September 5, 2014

akangenge kubazungu - umuzungu yafashwe yambaye uruhu rw'abirabure

Agatangaza kabereye muri tanzania umuzungu yihinduye urukoba yambara urwabirabure ngo ashobore kuronka abigeme bahora bamubenga kubera adafise ur'umuzungu, ivyo bikaba vyabereye Dodoma aho uwo muzungu yafatiwe mw'ihoteli.
p

Nkuko amakuru ava i dodoma abivuga ngo uwo muzungu yafatiwe muri hoteka aho yarikumwe n'umwigeme yakomye induru yahavuye ihamagara abatari bake baje kuraba ikibaye, bahavuye basanga uwo muzungu yambaye urwo ruhu rwatumye uwo mwigeme akoma induru idasanzwe hamwe n'amosozi y'ikirenga.

Mwomenya ko igikorwa nkico cakoretse muri kenya aho umuzungukazi yambaye nawe uruhu rw'abirabure ngo abahungu ntibasubire kumubenga.

No comments:

Post a Comment